🌸🪐alien fairy nail art🪐🌸
*heavily* inspired by @yaduga on IG
((used ibd building gel + Born Pretty gel DR-02 + Beetles mirror chrome powder + Saviland topcoat + encapsulated glitter chucks, moss, flower petals in 3D nail gel))
2 notes
·
View notes
Urazi ncuti imvura yaraguye ari nyinshi cane, imbizi z'ikuzimu ziruguruka amazi aba menshi ararengera ibintu vyose, abantu barapfa, ibikoko birapfa ibintu vyose vyose birarengerwa ariko NOWA uko amazi yaduga, nawe yadugana nayo kuko yari mu BWATO. Nawe ncuti yanje umva ibintu bishobora guhinduka mu kibano, mu kazi, mu mashure, mu gihugu hose ah'uri ariko umva niba uri mu BWATO muri KRISTO YESU nta bwoba kuko uzodugana navyo, harih'umugezi Keriti Imana yazigamye kubwawe ncuti yanje. Ntibisaba ko muba benshi canke ko muvyumva kumwe, oya injira mu BWATO gusa, ibindi biragenda neza. Imana ibahezagire Cane. #AimerEtPartager #WumvAmahoroMenshiCaneNcutiYanje (à Bujumbura, Burundi)
0 notes